Léonce : aya mashuri bita ay’imyuga, ntabaho

Léonce Ngendakumana: “Mu bisanzwe aya mashuri bita ay’imyuga, ntabaho mu Burundi. Kuko Reta vyarayigoye, ica ihebera abavyeyi n’amakomine. Kuko kugira habe umwuga, ni uko umuntu ashobora kuwiga, akawigisha n’abandi ku buhinga”

Une première entrée en la matière avec des nouvelles du terrain, différentes des nouvelles d’expérience qui elles sont forcément imprégné du vécu passé et donc pas forcément d’actualité (par définition).

Quelle suite? Que faire? Quel leçon retenir?… à vos claviers!